Dataset Viewer
Auto-converted to Parquet Duplicate
score
float32
1.04
1.25
Bemba
stringlengths
8
495
Rundi
stringlengths
9
500
1.24993
Mwikeulu umo wātombokēle Leza.
Umwe mu bamarayika yaragararije Imana.
1.249927
Amani iwe juu yenu (Asalaam aleikum!)
Amahoro ku barundi mwese. mugire umugoroba mwiza.
1.249869
Elihu atile: "Inshiku e sho shisose, no bwingi bwa myaka e bo bulenge amano ukwishibikwa."
Elihu wo mu bihe vya kera yavuze ati: "Imisi ni yo ikwiye kuvuga, kandi imyaka indiri ni yo ikwiye kumenyesha ubukerebutsi."
1.24983
Mu 1978, Maria papo na myaka 45, waimita monka.
Mu 1978 Maria afise imyaka 45, yarasubiye gusama inda.
1.249829
Yesu alandile pa basambi bakwe ukuti: "Bamayo na bamunyinane ni balya abomfwa icebo ca kwa Lesa no kucikonka."
Ariko rero ku bijanye n'abo bayoboke biwe, Yezu yavuze ati: "Mawe na bene wacu ni aba bumva ijambo ry'Imana bakarishira mu ngiro."
1.249799
Bushe akasuba kapanga shani icikabilila no lubuuto?
Izuba rihingura gute ubushuhe n'umuco?
1.249775
Lesa alafwaisha ababipa balapila no kwalula imibele yabo nga filya abena Ninebe bacitile
Imana iripfuza cane kubona abanyakibi bigaye bagahindura ingendo zabo nk'uko Abanyaninewe bakoze
1.249775
Lelo nesambilanga pa nkulupilo yami na bukankamane?
Noba mvugana ubutinyutsi ivyo nemera?
1.249673
Cinshi cikamwafwa ukuba ne mibele itemuna Lesa?
Ni igiki kizogufasha gutsimbataza kamere zishimwa n'Imana?
1.249629
Landileni mu mutima wenu, . . . no kuba tondolo."
Muvugire mu mutima wanyu, . . . mugume mucereje."
1.249628
Abalemba "Loleni!" balimwipwishe pa fyo cali.
Ikinyamakuru "Be maso!" caramubajije ukuntu vyagenze.
1.249618
Abantu Abengi Bakapusuka Ilyo Impela Ikesa - Na Imwe Kuti Mwapusuka
Benshi bazorokoka umuhero - Nawe worokoka
1.249515
Leza i mwite umo ne umo afwene kwadi ne kudi wandi Mwana.
Yarabateye akamo ngo bamwiyegereze be n'Umwana wiwe.
1.24946
Le bine ubwanya kumona "Leza wampikwa kumweka." - Kolose 1:15.
Woba vy'ukuri ushobora kubona "Imana itaboneka"? - Abakolosayi 1:15.
1.249457
"Kange mutemwenga pano pa ntanda nangwa bintu bya pano pa ntanda ne.
Ntimugakund'isi canke ibiri mw'isi.
1.249439
Shinwe wa mu muulu alishiba ukuti mulakabila ifi fyonse.
So wanyu wo mw'ijuru arazi ko mukeneye ivyo vyose.
1.249418
11 "Mwilaba ukulapokelela abeni."
11 "Ntimwibagire ubwakiranyi."
1.249354
Abakalamba ba musango yu bafwile ukwenekela ukuti Lesa akasuka amapepo yabo.
Abo bantu b'abizigirwa bageze mu zabukuru barashobora kwizigira badakeka ko Imana izokwishura amasengesho yabo.
1.249326
Twaishiba shani ukuti Mose abikile amano ku kucita kufwaya kwa kwa Lesa?
Tuzi gute ko Musa yashira umutima ku gukora ivyo Imana igomba?
1.249322
Le ubasumininwa kulonga bika mu mwaka wa 2015?
Ni igiki wiyemeje gukora mu mwaka wa 2015?
1.249292
Kupwa ubwanya kumwipangula madingi mene akapa mulunda nandi.
Woshobora rero guca umubaza impanuro yoha uwo mugenzi wiwe.
1.24923
Lelo kwakamwa Leza i bika, ne kufwaninwe kukwasha namani mutyima wetu wa mundamunda?
Gutinya Imana bisobanura iki, kandi bigira ico bikoze gute ku ngingo dufata?
1.249168
Mutumibwa Polo wāsonekele amba: "Ne kadi, pampikwa lwitabijo kebibwanikapo kusangaja Leza, mwanda yewa umufwena ufwaninwe kwitabija'mba udi'ko ne amba upalanga mpalo boba bamukimba na mikeketo."
Intumwa Paulo yanditse ati: "Ata kwizera ntibishoboka [guhimbara Imana] rwose, kuko uwegera Imana ategerezwa kwemera yuko iriho be n'uko ihemba abayironderana ubwira."
1.249157
Kakuli coko ya ka i bubebe, mi mulwalo wa ka ha u na bukiti."
Kukw'ingata yanje itababaza, n'umutwaro wanje uhwahutse" (Matayo 11:28-30).
1.249156
Ukufuma pali nomba walaba umulondo wa bantu."
Guhera ubu uzohora uroba abantu ari bazima."
1.249149
Yesu washilula'mba: "Muntu umo wadi na bana babidi bana-balume.
Yezu yongera ababwira ati: "Habaye umuntu yari afise abahungu babiri.
1.249142
Mulelinganya ifyo bacitile pa fintu fimo ku fyo mwingacita nga ni mwe.
Nugereranye ukuntu bavyifashemwo mu bihe binaka n'ukuntu wewe wari kuvyifatamwo.
1.249138
Pali iyo nshita ukwishiba kwine kwine "kukafula." - Dan.
Ico gihe kigeze, ubumenyi nyakuri 'bwogwiriye.' - Dan.
1.249135
Kanshi mulingile ukuba abatekanya kabili tamulingile ukunenuka ilyo mulesambilisha abana benu.
Ni co gituma ukwiye kwihangana no kwumirako igihe wigisha abana bawe.
1.249092
Pa numa ya nshiku shine, bamunyina bamo balimwebele uko naali.
Haciye imisi ine, hari abavukanyi bamubwiye iyo nari ndi.
1.249038
I kitatyi'ka kyotwalombele dya mfulo kya pamo ami ne mwinē pami?
Mperuka ryari gutura isengesho ndi kumwe n'uwo twubakanye?
1.249016
Ba Bebe balitemwanene sana na bawishi.
Bebe yarakundana cane na se wiwe.
1.248913
Twalishiba bwino icebo ca kwe kabili twalyumfwikisha icine pali Lesa na pa bufwayo bwakwe.
Turafise ubumenyi butagira amakosa bwerekeye Ijambo ryayo kandi turatahura neza ukuri kuyerekeye be n'imigambi yayo.
1.248863
Pamo bwa Mata, le i mwanda'ka usangaja otengēle kukemwena kumeso'ku?
Nka kumwe kwa Marita, ni igiki witeganye umushasharo?
1.248819
Twafwainwa kwikala na bulunda bwakosa ne aye.
Dutegerezwa kugiranira na we ubucuti bwiza.
1.248688
Nalibuulile Bamayo ati: "Mwibombomana.
Nabwiye mawe nti: "Ntugire ikibazo.
1.248678
Icebo ca kwa Lesa citila: "Umutima e wishiba ukucula kwa muntu umwine, no kusekelela kwa uko umuntu umbi teshiba."
Ijambo ry'Imana rigira riti: "Umutima w'umuntu urazi ukudundumirwa kwiwe, kandi nta w'ahandi azokwisuka mu munezero wiwe."
1.248646
Nomolwaasho "keshe eshi sha shangwa nale, osha shangelwa elongo letu, opo tu kale tu neteelelo hali di melididimiko nomehekeleko lomomishangwa."
Nta nkeka rero ko "ivyanditswe kera vyose vyanditswe kugira bitwigishe, kugira ngo biciye ku kwihangana kwacu no ku ruhoza ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro."
1.24851
Omolwashike Moses a li e na uushili kutya ota ka pewa ondjambi?
Ni kubera iki Musa yari yizigiye ata mazinda ko yoronse impembo?
1.248489
Bushe kuti mwayafwa shani abana benu ukushininkisha ukuti ifyo balesambilila mu Cebo ca kwa Lesa fya cine?
Wofasha gute abana bawe kujijuka ku vyo biga mw'Ijambo ry'Imana?
1.248487
Ba mulume ne mukaji bafwaninwe kwikala besonge, shi mityetye i myaka ibidi.
Abubakanye bategerezwa kuba bamaze n'imiburiburi imyaka ibiri bubakanye.
1.248424
Bushe ubupilibulo bwe shina lya kwa Lesa kuti bwalenga mwaba shani ne citetekelo icakosa?
Ni mu buryo ki insobanuro y'izina ry'Imana ikomeza ukwizera kwacu?
1.248402
3 Naashi tave shi mu ningile, osheshi inava shiiva Tate, vo kave shii nge.
3 Kandi ivyo bazobikora kuko batamenye Data, nanje ntibamenye.
1.248363
Kanshi, kuti bakabila ubwafwilisho nalimo pa nshita iinono nangu pa nshita iitali. *
Inyuma y'aho, hari aho vyokenerwa ko abavyeyi bamara igihe gito canke kirekire bafashwa. *
1.248355
Nalabumba uwa kumwafwa, kabili umunankwe."
Ngiye kumukorera umufasha bikwiranye."
1.248325
Bushe mumona shani umulimo wa nshita yonse?
Ubona gute umurimo w'igihe cose?
1.248267
Tapali imipepele iyo nacetekele.
Nta dini na rimwe nari ncemera.
1.248233
18 Shi ino ntanda ibemushikwe, muyukile amba yanshikilwe bidi amiwa kumeso kwa kwimushikwa banwe.
18 Isi ni yabanka, mumenye ko jewe yabanje kunyanka, itarabanka.
1.248201
Lesa takwata umukashi uo akwata nankwe abana.
Imana ntigira umugore bavyaranye abana.
1.248185
ukwishiba amalembo ya mushilo?
kumenya ivyanditswe vyeranda?
1.248114
Bamunyinefwe na bankashi mu cilonganino baletwafwa sana.
Abavukanyi na bashiki bacu bo mw'ishengero baradufashije cane.
1.248114
Ntengele na kipyupyu kumona nkambo wami monka."
Si je nzobona ndasubiye kubona sogokuru."
1.248103
Kani baYesu bali shani cakubwenako iciweme mu kumfwila baLesa?
Yezu yatanze akarorero gute mu vyo kugamburukira Imana adahemuka?
1.248095
Nali ne myaka 24 kabili twakwete abana batatu.
Ico gihe nari mfise imyaka 24 n'abana batatu.
1.248048
Balikwete ing'anda lelo tabakwete abana.
Bari bafise inzu yabo kandi nta bana bari bafise.
1.248023
"Twalishiba amapange [ya kwa Satana]." - 2 KOR.
'Ntituyobewe imigabo ya Shetani.' - 2 KOR.
1.2479
Ifyo Nasalilepo Ukucita Ilyo Nali Umwaice
Ico nahisemwo nkiri umwana
1.247878
124 Columbia Heights, kwine konaingidile mu makumi a myaka
Inyubakwa za 124 Columbia Heights, aho nakoreye imyaka myinshi
1.247784
"Nangu ca Kuti Alifwa, Acili Alalanda"
"Naho yapfuye, aracavuga"
1.247667
Kuti mwakoseleshako bambi nga mulebebako ifisuma ifyo mwaipakisha mu mulimo wa kwa Lesa.
Urashobora gukomeza abandi mu kubiganira ibintu wiboneye igihe wariko urakorera Imana.
1.247609
Ino i kya bulanda, mwanda bamwikeulu bavule bātombokele Leza.
Ikibabaje, hari abamarayika benshi bagararije Imana.
1.247565
BUSHE mulemona ukuti ubumi bwenu nga bwali shani akukanaba Baibolo?
WIBAZA ko ubuzima bwawe buba bumeze gute iyaba Bibiliya itariho?
1.247503
Yesu atile: "Muntu nshi pali imwe uo umwana wakwe nga alomba umukate, engamupeela ilibwe?
Yezu yavuze ati: "Ni nde muri mwebwe umwana wiwe yosaba umukate . . . mbega azomuha ibuye?
1.247427
Le ulanga'mba uno vese wisambila pa Bulopwe bwa Leza?
Woba wibaza ko uyu murongo uvuga ibijanye n'Ubwami bw'Imana?
1.247409
Satana i kipangwa kya bukomo kya ku mushipiditu kidi na lupusa lukatampe pa bantu.
Shetani ni ikiremwa kitaboneka c'ububasha kigira akosho gakomeye ku bantu.
1.247376
Abasambilila ilyashi lya kale batila afwile nalimo mu 1575.
Abahinga mu vya kahise biyumvira ko yapfuye nko mu 1575.
1.247314
Bushe tamwaishiba ukuti mfwile ukuba mu ng'anda ya kwa Tata?" - Luka 2:49.
Ntimwari muzi ko ntegerezwa kuba ndi mu nzu ya Dawe?" - Luka 2:49.
1.24727
(Abena Roma 11:33) Kanshi alishiba ifingatuwamina.
(Abaroma 11:33) Arazi rero icotubera ciza kuruta ibindi vyose.
1.247251
Lesa wapa bantu bupe bwavula bingi, pa buno bupe bumo bwanema kukila bonse.
Mu ngabire zose Imana yahaye abantu, hariho imwe iruta izindi zose.
1.247193
Nani wabumbile ifintu fyonse?
Ni nde yaremye ivyo bintu?
1.247183
Umu 1950, nakukiile uku Vancouver.
Mu 1950, narimukiye i Vancouver.
1.247144
Lelo kulangulukila pa kufikidila kwa milao ya Leza kwitukwashanga namani dyalelo?
Muri iki gihe twungukira gute ku kuzirikana ingene ibintu bizoba bimeze Imana niyarangura ivyo yasezeranye?
1.247045
Nalefwaisha ukwishibilapo na fimbi." - Ba Dennize, Mexico.
Naciye nipfuza kumenya n'ibindi." - Dennize wo muri Megizike.
1.247006
Matwi abo ādi mashituke, ino mityima yabo'ko mishite!
Naho amatwi yabo ashobora kuba yari yuguruye, imitima yabo yoyo yari idadiye!
1.246982
15 Pa uno mwanda, langulukila pa Adama muntu mubajinji.
15 Ku bijanye n'ivyo, nuzirikane gatoyi ku muntu wa mbere Adamu.
1.246953
Lesa wabikile muntu mutanshi, Adama mu bujimi bwa Edena, paladisa wa pano pa ntanda mwavujile banyama ne bichi byawama.
Imana yashize umugabo wa mbere Adamu mw'itongo ry'i Edeni, aho hakaba hari mw'Iparadizo yo kw'isi yuzuyemwo ibikoko n'ibimera bibereye ijisho.
1.246886
2 I kutupu ubwanya kukulondolwela bino bipangujo pa kyobe kyaba.
2 Nta n'umwe yokwishura ivyo bibazo mu kibanza cawe.
1.246874
Walanzile ati: "Naile nikala uku Russia apa myezi 6.
Yigana ati: "Naragiye mu Burusiya marayo amezi atandatu.
1.246864
Na kuba atile: "Tata mukalamba pali ine."
Ahubwo yavuze ati: 'Data aranduta.'
1.246829
Bushe muletontonkanya ukuti uyu "Uwapulamo" ni nani?
None wibaza ko "Musumbavyose" ari nde?
1.246829
Kupwa twadi tulonga bukomo bwa kushikata kitatyi kilampe na batutu ne bakaka."
Duca rero tugerageza kumarana umwanya munini n'abavukanyi."
1.246809
Pali iyi nshita ninshi Yosefe aliikala mu cifungo pa myaka iingi.
Ico gihe Yozefu yari amaze imyaka itari mike mw'ibohero.
1.246799
Tukokeja kumukulupila pamo bwa Ediya.
Turashobora kumwizigira nka kurya nyene Eliya yamwizigira.
1.246762
Lelo mukanda wa Levi ubwanya kwitukwasha namani?
Igitabu c'Abalewi gishobora gute kudufasha?
1.24676
Bashingwe māni bavule bonaingile nabo, kebakidi'kopo pano pa ntanda.
Abenshi mu bavukanyi barobanuwe twakoranye ntibakiri ng'aha kw'isi.
1.246756
Bushe mwalibelenga bwino bwino magazini ya Ulupungu lwa kwa Kalinda iya nomba line?
Woba warasomye witonze inomero z'Umunara w'Inderetsi za vuba?
1.246597
5 Umbajinji, tufwaninwe kwakamwa Leza.
5 Ubwa mbere, turakeneye gutinya Imana.
1.246553
Ne kadi, kemwakitai muntu bu tata pano pa ntanda, mwanda Shenu i umo enka, Yewa udi mūlu.
Mweho, hano kw'isi nta wundi mwokwita Dawe, kuko So mufise ari umwe, ni uwo ari mw'ijuru.
1.246551
Tala kimfwa mu Cuba.
Dufate nk'akarorero igihugu ca Kiba.
1.246522
Ici calengele abantu abengi ukumutetekela.
Ivyo bituma abantu benshi bamwizera.
1.246512
Bushe twalicincila ukubila imbila nsuma ya Bufumu?
Twoba twamamaza inkuru nziza y'Ubwami tubigiranye umwete?
1.246495
Tontonkanyeni pe lembo ilyo mwingabomfya ilingabafwa.
Nuce wiyumvira icanditswe gihuje n'ivyo bakeneye.
1.246494
Calingafishe ukuleka ukupeepa fwaka.
Guheba itabi ntivyanyoroheye.
1.246479
Batumibwa ne banabetu bakwabo pobāivwene uno mwanda, bāitabija kiswa-mutyima kya Leza ne kutambula Bajentaila bampikwa kutwejibwa kwisao mu kipwilo kya bene Kidishitu.
Ivyo vyatumye intumwa n'abandi bavukanyi bashira aho Imana ishize, baremera kwakira Abanyamahanga mw'ishengero rya gikirisu.
1.246437
Lelo Mose abutukiile ku Midiani.
Musa yaciye ahungira mu gihugu ca Midiyani.
1.246429
Mutumibwa Polo unena'mba: "Kukekalanga lusangukilo lwa boloke ne bakondame bene kumo."
Intumwa Paulo yavuze ati: "Hagiye kubaho izuka ry'abagororotsi n'abatari abagororotsi."
1.24642
"Kapingula wa Pano Isonde Ponse" Lyonse Alacita Icalungama _ Ulwa Kusambililamo
Wa "Mucamanza w'isi yose" yama akora ibigororotse
1.246409
"Ubufumu Bwenu Bwise" - Nomba ni Lilali Bukesa?
"Ubwami bwawe nibuze" - None buzoza ryari?
1.246409
"Ubufumu Bwenu Bwise" - Nomba ni Lilali Bukesa?
"Ubwami bwawe nibuze" - None buzoza ryari?
1.246406
16 Mulepepa lyonse kuli Lesa.
16 Dusenge Imana tudahorereza.
End of preview. Expand in Data Studio

Bemba-Rundi_Sentence-Pairs Dataset

This dataset contains sentence pairs for African languages along with similarity scores. It can be used for machine translation, sentence alignment, or other natural language processing tasks.

This dataset is based on the NLLBv1 dataset, published on OPUS under an open-source initiative led by META. You can find more information here: OPUS - NLLB-v1

Metadata

  • File Name: Bemba-Rundi_Sentence-Pairs
  • Number of Rows: 208683
  • Number of Columns: 3
  • Columns: score, Bemba, Rundi

Dataset Description

The dataset contains sentence pairs in African languages with an associated similarity score. Each row consists of three columns:

  1. score: The similarity score between the two sentences (range from 0 to 1).
  2. Bemba: The first sentence in the pair (language 1).
  3. Rundi: The second sentence in the pair (language 2).

This dataset is intended for use in training and evaluating machine learning models for tasks like translation, sentence similarity, and cross-lingual transfer learning.

References

Below are papers related to how the data was collected and used in various multilingual and cross-lingual applications:

[1] Holger Schwenk and Matthijs Douze, Learning Joint Multilingual Sentence Representations with Neural Machine Translation, ACL workshop on Representation Learning for NLP, 2017

[2] Holger Schwenk and Xian Li, A Corpus for Multilingual Document Classification in Eight Languages, LREC, pages 3548-3551, 2018.

[3] Holger Schwenk, Filtering and Mining Parallel Data in a Joint Multilingual Space ACL, July 2018

[4] Alexis Conneau, Guillaume Lample, Ruty Rinott, Adina Williams, Samuel R. Bowman, Holger Schwenk and Veselin Stoyanov, XNLI: Cross-lingual Sentence Understanding through Inference, EMNLP, 2018.

[5] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Margin-based Parallel Corpus Mining with Multilingual Sentence Embeddings arXiv, Nov 3 2018.

[6] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Massively Multilingual Sentence Embeddings for Zero-Shot Cross-Lingual Transfer and Beyond arXiv, Dec 26 2018.

[7] Holger Schwenk, Vishrav Chaudhary, Shuo Sun, Hongyu Gong and Paco Guzman, WikiMatrix: Mining 135M Parallel Sentences in 1620 Language Pairs from Wikipedia arXiv, July 11 2019.

[8] Holger Schwenk, Guillaume Wenzek, Sergey Edunov, Edouard Grave and Armand Joulin CCMatrix: Mining Billions of High-Quality Parallel Sentences on the WEB

[9] Paul-Ambroise Duquenne, Hongyu Gong, Holger Schwenk, Multimodal and Multilingual Embeddings for Large-Scale Speech Mining, NeurIPS 2021, pages 15748-15761.

[10] Kevin Heffernan, Onur Celebi, and Holger Schwenk, Bitext Mining Using Distilled Sentence Representations for Low-Resource Languages

Downloads last month
9

Collection including michsethowusu/bemba-rundi_sentence-pairs