score
float32 1.04
1.25
| Rundi
stringlengths 8
498
| Tsonga
stringlengths 10
497
|
|---|---|---|
1.249985
|
Ni nde ga yemwe atipfuza kubaho igihe kirekire kandi ahimbawe?
|
Xana i mani loyi a nga laviki ku hanya nkarhi wo leha a tlhela a tshama a tsakile?
|
1.249968
|
Akabwira ati: "Kera cane, Imana yararemye isi n'ibiri muri yo vyose, irema izuba, ukwezi n'inyenyeri."
|
U ri: "Khale ka khaleni Xikwembu xi tumbuluxe misava ni hinkwaswo leswi nga eka yona, dyambu, n'weti ni tinyeleti."
|
1.249949
|
Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe.
|
U nga tshuki hikuva ndzi Xikwembu xa wena.
|
1.249948
|
Umve, ni je Pawulo ndabibabwiye: nimwigenyeresha, Kristu nta co azobamarira.
|
Thetshelesani ndi ni vhudze: nṋe Paulo ndi ri arali na tenda u fumba, Khristo ha tsha ni farisa tshithu.
|
1.249915
|
"Ukuri kuzobagira abidegemvya" - Amajambo yo muri Yohani 8 asigurwa
|
"Ntiyiso Wu Ta Mi Ntshunxa" - Yohane 8 Ya Hlamusela
|
1.249911
|
Aritwararika kandi basazawe batatu bafise ubumuga.
|
Nakambe u khathalela vamakwavo vakwe vanharhu lava lamaleke.
|
1.249909
|
Ni gute Nowa yashize umutima ku vyo yari ashoboye gukora?
|
Nowa u swi kotise ku yini ku anakanya hileswi a a kota ku swi endla?
|
1.249906
|
ni we azobabatiza muri Mutima Mweranda n'umuriro."
|
Yena u ta mi khuvula hi moya lowo kwetsima ni hi ndzilo."
|
1.249901
|
Ariko ivyo nasezeranye nzobishitsa biciye kuri Izahaki.'
|
Kambe ndzi ta hetisisa switshembiso swa mina hi ku tirhisa Isaka.'
|
1.249879
|
Andereya "yabanje kurondera mwene wabo bwite Simoni, amubwira ati: 'Twabonye Mesiya' (bikaba bisobanura ngo 'Kristu')."
|
"Xo sungula [Andriya] u kume makwavo, Simoni, ivi a ku eka yena: 'Hi kume Mesiya' (leri loko ri hundzuluxeriwa ri vulaka, Kreste)."
|
1.24987
|
Vyoba vyiza duhisemwo abagenzi nk'abo.
|
I vutlhari ku va ni vanghana vo tano.
|
1.249863
|
17 Vuba, ubuzima bwacu buzosa n'uburi mu kaga.
|
17 Ku nga ri khale, vutomi bya hina byi ta tikomba byi ri ekhombyeni.
|
1.249858
|
Ngiye kumukorera umufasha bikwiranye.'" - ITA.
|
Ndzi ta n'wi endlela mupfuni.'" - GEN.
|
1.249847
|
akabona ukwezi n'inyenyeri wamanitseyo,
|
ni n'weti, ni tinyeleti leti u ti vekeke evutshan'wini bya tona,
|
1.249834
|
Turakunda ko atubaza ibibazo.
|
Ha tsaka loko a hi vutisa swivutiso.
|
1.249817
|
Ingingo zafashwe n'amasentare mu myaka mirongo iheze zigira ico zikoze gute kuri wewe muri iki gihe?
|
Phetho dze dza itwa khothe mahumini a miṅwaha o fhiraho dzi ni kwama hani nga ho livhaho ṋamusi?
|
1.249815
|
Uko ni ko bagira imisi yose mu gitondo.
|
Matsheloni maṅwe na maṅwe vha ita ngauralo.
|
1.249808
|
3 Kandi ivyo bazobikora kuko batamenye Data, nanje ntibamenye.
|
3 Vha ḓo ni ita zwithu izwo ngauri hu Nṋe, hu Khotsi, a vha ri ḓivhi.
|
1.249799
|
"Ndakwinginze ubaze . . . ibiremwa vy'amababa vyo mu kirere, bizokubwira.
|
"Ndzi kombela u vutisa . . . swivumbiwa swa matilo leswi nga ni timpiko [swinyenyana], swi ta ku byela.
|
1.249796
|
Ni we yaremye vyose, ariko abantu benshi bazi bike cane ku bimwerekeye.
|
I Mutumbuluxi wa swilo hinkwaswo, kambe vanhu vo tala a va tivi swo tala malunghana na xona.
|
1.24976
|
Abishura ati: "Ivy'ukumenya igihe n'isango Data yigeneye We nyene ubwiwe, si ivyanyu.
|
7 A ku eka vona: "A hi swa n'wina ku tiva minkarhi kumbe tinguva+ leswi Tatana a swi vekeke hi vulawuri+ byakwe;
|
1.249759
|
4 Dufate ko turiko tuganira n'umuntu ibijanye n'umuriro udahera.
|
4 Kha ri zwi dzhie ri tshi khou haseledza nga ha hele na muṅwe muthu.
|
1.24975
|
Ni kubera iki "incungu ya benshi" yakenewe?
|
Ndi ngani ho vha hu tshi ṱoḓea 'tshirengululi tsha vhanzhi?'
|
1.249727
|
Abavyeyi bawe boba bakwizigira?
|
Xana Vatswari Va Wena Va Ku Tshemba?
|
1.249712
|
Abavukanyi benshi bo hirya no hino kw'isi baradusengera."
|
Naswona vamakwerhu vo tala emisaveni hinkwayo va hi katsa eswikhongelweni swa vona."
|
1.249702
|
None, ko twe na Kristu twacitse umwe kuko twapfuye rumwe, ni ko tuzoba umwe mw'izuka risa n'iryiwe.
|
Arali ro baḓekanywa nae nga u fa unga Ene, na kha u vuwa ri ḓo baḓekanywa nae.
|
1.249693
|
"Wandonse ga wa mwansi wanje we?"
|
"Atsina wo dovha wa nngwana, iwe swina ḽanga!"
|
1.249691
|
Petero yaciye atahura ko Imana itagira nkunzi.
|
Hi nkarhi wolowo, Petro u swi xiyile leswaku Xikwembu a xi yi hi nghohe.
|
1.24969
|
Igihugu cose cishurira rimwe giti: " Amaraso yiwe arakaduhama twebwe n'abana bacu! "
|
Vhathu vhoṱhe vha fhindula vha ri, "Mulandu wa malofha awe nga u vhe washu na vhana vhashu!"
|
1.249674
|
Nimba igushimisha, wobigenza gute kugira umenye vyinshi ku bijanye n'ubwo Bwami?
|
Loko swi ri tano, xana u nga dyondza njhani leswi engetelekeke malunghana ni Mfumo wolowo?
|
1.249655
|
Ni igiki gituma uhitamwo inyigisho y'agaciro kuruta izindi zose?
|
I yini lexi ku susumetelaka ku hlawula dyondzo ya xiyimo xa le henhla?
|
1.249645
|
Ariko igishimishije, Yezu yavuze ati: "Muzomenya ukuri, kandi ukuri kuzobagira abidegemvya."
|
Zwi takadzaho ndi uri Yesu o ri: "Ni ḓo ḓivha ngoho, hone ngoho i ḓo ni vhofholola."
|
1.249618
|
Gukorera Imana ni wo muti wiwe!
|
Ku Tirhela Xikwembu I Vutshunguri Byakwe!
|
1.249608
|
Bebe yarakundana cane na se wiwe.
|
Bebe a n'wi rhandza swinene tata wakwe.
|
1.249594
|
Yezu yavuze ati: "Wa mwiyorobetsi we!
|
Kambe Yesu u hlamule a ku: 'N'wina vakanganyisi.
|
1.249593
|
12 "Ni co gituma ivyo ari vyo nzokugirira, ewe Isirayeli!
|
12 "Hikokwalaho, hi swona leswi ndzi nga ta ku endla swona, Wena Israyele.
|
1.249586
|
Izuka rya Yezu ritandukaniye he n'ayabaye imbere yiwe?
|
Ku pfuxiwa ka Yesu eku feni a ku hambane njhani ni ka vanhu lava pfuxiweke emahlweni ka yena?
|
1.249585
|
Wumva none Imana yarababajwe n'ukuntu abasavyi bayo bari bamerewe?
|
Kutani xana u nga vula leswaku Xikwembu a xi khumbeka hi ku xaniseka ka vanhu va xona?
|
1.249583
|
Ubu narishingiye imigambi mishasha."
|
Sweswi ndzi tivekele tipakani letintshwa evuton'wini."
|
1.249578
|
Dawidi yari afise n'abandi bagenzi bamwumiyeko mu bihe bigoye.
|
Davhida a a ri ni vanghana van'wana lava a va n'wi seketela hi ku tshembeka hambiloko a langutana ni maxangu.
|
1.24957
|
Urashobora kugaruka ikindi gihe.
|
U nga tlhela u vuya hi nkarhi wun'wana.
|
1.249557
|
10 Ntazoba akigaruka ku nzu yiwe,
|
10 A nge he vuyeli endlwini yakwe,
|
1.249543
|
Hahiriwe abazokwemera batarinze kubona."
|
Va katekile lava pfumelaka, hambiloko va nga vonanga."
|
1.249523
|
Kubera iki ukenguruka impanuro iri mu Baroma ikigabane ca 8?
|
Ndi ngani ni tshi livhuha nyeletshedzo i wanalaho kha Vharoma ndima ya 8?
|
1.249496
|
Ububi bw'umusi umwumwe wose buramaze."
|
Vubihi bya siku rin'wana ni rin'wana byi enele rona."
|
1.249488
|
Nimba dukunda Imana, tuzobona gute ukwitaba amakoraniro?
|
Arali ri tshi funa Mudzimu, ri ḓo dzhia hani u ya miṱanganoni?
|
1.249487
|
Ikinyamakuru Be maso! ntikiremesha kwivuza mu buryo bunaka.
|
Xalamuka! a yi bumabumeli muxaka wo karhi wa vutshunguri.
|
1.249478
|
Kandi no mw'Itegeko ryanyu, handitswe ko ingingo ishinzwe n'abantu babiri ari iy'ukuri.
|
Kha Mulayo waṋu ho ṅwaliwa upfi arali vhuṱanzi ha vhathu vhavhili ha anḓana, zwine vha amba zwo khwaṱha.
|
1.249463
|
Mu vy'ukuri twebwe abakirisu dukwiye gushitsa ivyo dusezerana.
|
Entiyisweni, tanihi Vakreste hi fanele hi hetisisa switshembiso swa hina.
|
1.249463
|
Buno igihe bose bariko baratangarira ibintu vyose yariko arakora, abwira abigishwa biwe ati:
|
Xisweswo loko hinkwavo va ri karhi va hlamarisiwa hi swilo hinkwaswo leswi a a swi endla, a byela vadyondzisiwa vakwe a ku:
|
1.249455
|
Twoba dukwiye gusenga abamarayika canke aberanda?
|
Xana hi fanele hi khongela eka tintsumi kumbe vakwetsimi?
|
1.249452
|
Ni bande bazoja mw'ijuru, kandi kubera iki?
|
I vamani lava nga ta ya etilweni naswona ha yini?
|
1.249438
|
Iwanje hasigaye hari isuku n'urutonde.
|
Sweswi yindlu ya mina yi basile yi tlhela yi hleleka.
|
1.249404
|
Woba wipfuza kumenya ukuri ku bijanye n'abamarayika, ukamenya abo ari bo, ukuntu babayeho be n'ivyo bakora?
|
Xana wa swi lava ku tiva leswaku tintsumi i vamani, ti ve kona njhani, nileswaku ti endla yini?
|
1.249382
|
Inkomezi zawe zizoba nke.
|
Matimba ya wena ma ta va matsongo.
|
1.249365
|
Abantu 585 bose bari ng'aho bariko baratega ugutwi bitonze.
|
Vanhu va 585 lava a va ri kona a va yingisele hi vurhon'wana.
|
1.249354
|
Erega, ibiremwa vyose biriteze umusi ubuninahazwa bw'abana b'Imana buzohishurwa.
|
Hikuva swivumbiwa hinkwaswo swi langutela, hi ku navela lokukulu, leswa-ku Xikwembu xi kombisa erivaleni vana va xona.
|
1.249343
|
Ryarafashije abasavyi b'Imana kwama bisunga ingingo ngenderwako zigororotse mu gutunganya ingorane z'imiryango be n'ibindi bibazo, rirababera n'umurezi abashikana kuri Mesiya.
|
Wo thusa vhathu vha Mudzimu uri vha dzule vha tshi humbula nga ha milayo ya Mudzimu musi vha tshi tandulula thaidzo dza muṱa na dziṅwe mbilaelo nahone wo dovha wa vha livhisa kha Messia.
|
1.249308
|
I vyani ivyasakamike avyazi yakwe ya Blossom?
|
Xana vatswari va Blossom a va vilerisiwa hi yini?
|
1.249298
|
mu gitondo bamera nk'ivyatsi bikura,
|
va fana ni byanyi lebyi hlukaka nimixo,
|
1.249292
|
Ariko Yezu yababwiye ati: 'Uwuhambaye kuruta abandi muri mwebwe ni uwubona ko ari mutoyi, ko ata co amaze.
|
Kambe Yesu u te: 'Lonkulu eka n'wina hi loyi a titekaka a ri lontsongo.
|
1.24929
|
Kigarama 2013 _ Twoba dukeneye Imana?
|
December 2013 _ Xana Ha Wu Lava Mpfuno Wa Xikwembu?
|
1.249262
|
"Bibiliya izomera nk'aho ari igitabu gishasha kuri wewe"
|
"Bivhili I Ḓo Vhonala Sa Bugu Ntswa Kha Inwi"
|
1.249257
|
None, ko twe na Kristu twacitse umwe kuko twapfuye rumwe, niko tuzoba umwe mw'izuka risa n'iryiwe.
|
Arali ro baḓekanywa nae nga u fa unga Ene, na kha u vuwa ri ḓo baḓekanywa nae.
|
1.249251
|
Yaranabarokoye, 'abakura mu Misiri.'
|
U tlhele a va kutsula 'hi ku va humesa aEgipta.'
|
1.249232
|
Icizigiro c'Ubwami si indoto kuri jewe.
|
Ntshembo wa Mfumo a hi norho eka mina.
|
1.249207
|
Yavukiye muri Irilande mu wa 1627.
|
U velekiwe eIreland hi 1627.
|
1.249179
|
1Ivyo ukugaburira abera sindinda kubibandikira.
|
9 Kutani malunghana ni vutirheli+ lebyi nga bya vakwetsimi, ndzi nga va ndzi swi hundzeleta loko ndzi mi tsalela ha byona,
|
1.249159
|
Ni ihitamwo irihe ryatumye Ramiro agira ubuzima burangwa agahimbare?
|
I xiboho xihi lexi endleke leswaku Ramiro a va ni vutomi lebyi tsakisaka?
|
1.249146
|
Umwanditsi wa Zaburi yanditse ati: "Uhereye nkiri muto, none ndashāje, ariko sinigeze kubona umugororotsi yahebge, cank'uruvyaro rwiwe rusēgerereza ivyo kurya.
|
Mupsalme o ṅwala a ri: "Tshee nda bebwa nda vhuya nda kalaha, a thi athu u vhona muvhuya ó laṱiwa, a tho ngo vhona vhana vhawe vhó tshinyala.
|
1.249135
|
Nta vyinshi tuzi ku kuntu amabohero y'Abanyamisiri yari ameze ico gihe.
|
A hi tivi swo tala hi makhotso ya le Egipta ya le nkarhini wolowo.
|
1.249084
|
Kubera iki wiyemeje gukurikira Indongozi yacu Yezu?
|
U kange ishima wer u dondo Orhemen wase Yesu sha ci u nyi?
|
1.249082
|
Ni nde ahambaye cane mu buzima bwawe?
|
I Mani Munhu Wa Nkoka Ngopfu eVuton'wini Bya Wena?
|
1.249081
|
Isi ni iy'Umukama, kumwe n'ibiri kuri yo vyose,
|
Misava ni hinkwaswo leswi nga ka yona i swa HOSI Xikwembu;
|
1.24908
|
Woba uzorushiriza kuburira abandi?
|
Naa Ni Nga Ita Zwo Engedzeaho U Itela U Sevha Vhaṅwe?
|
1.249042
|
35 Se arakunda Umwana, kandi yamuhaye vyose, abishira mu kuboko kwiwe.
|
35 Tatana ú rhandza N'wana, kutani ú vekile swilo hinkwaswo emavokweni ya yena.
|
1.249028
|
Yamara nta na kamwe muri two kibagirwa imbere y'Imana. . . .
|
Kambe ku hava ni xin'we xa swona lexi rivalekaka emahlweni ka Xikwembu. . . .
|
1.249019
|
19 Hasigaye igihe gito, abo isi ntibabe bakimbona, ariko mweho muzombona; kuko ndiho, namwe muzobaho.
|
19 Hu si kale shango a ḽi tsha ḓo mmbona, hone inwi ni ḓo ḓi mmbona; zwino vhunga Nṋe ndi tshi tshila, na inwi ni ḓo tshila.
|
1.249005
|
Imana yatanguye gute gutegura isi kugira ngo ishobore kubako ibikoko n'abantu?
|
Mudzimu o thoma hani u lugiselela ḽifhasi u itela zwipuka na vhathu?
|
1.248986
|
Ni ikintu ikihe kitigera gihindagurika mu buzima bwa Dawidi?
|
Ndi tshithu tshifhio tshe tsha si vhuye tsha shanduka vhutshiloni ha Davida?
|
1.248969
|
Yemwe ba se, ntimuratse abana banyu, kugira ngo ntibavunike umutima."
|
Vatatana, mi nga hlundzukisi vana va n'wina, leswaku va nga ti hela mbilu.
|
1.248969
|
Naciye mbaza umukenyezi wanje nsumvya imyaka ibiri nimba yoshima kwiga igishinwa.
|
Ngauralo, nda vhudzisa mufumakadzi wanga ane nda mu fhira nga miṅwaha mivhili, arali a tshi nga takalela u guda Lutshaina.
|
1.248955
|
Ni nde ayobora abasavyi b'Imana muri iki gihe?
|
I Mani Loyi A Kongomisaka Vanhu Va Xikwembu Namuntlha?
|
1.248955
|
Nuko bamubaza bati: "Ni kuki none ubatiza nimba ubwawe utari Kristu canke Eliya canke wa Muhanuzi?"
|
Va tlhela va n'wi vutisa, va ku: "Loko u nga ri Kriste, u nga ri Eliya, u nga ri muprofeta, u khuvulela yini-ke?"
|
1.248943
|
None yumva amerewe gute uko uwo musi wagenda wegereza gutamanzura?
|
O ḓipfa hani musi ḽeneḽo ḓuvha ḽi tshi ṱavha?
|
1.248936
|
24:14) Hari mbere n'abagiye kwamamaza mu bindi bihugu.
|
24:14) Van'wana va kale va ya chumayela ni le matikweni mambe.
|
1.248925
|
Uri ibikorwa n'uburuhe, uri ukurara maso kenshi, uri inzara n'inyota, uri ukwirirwa ubusa kenshi, uri mbeho n'ukubura agahuzu.
|
Ndo no kwangwala kha zwoṱhe: hu u ḽa nda fura, hu u ṱwa na nḓala, hu u wana zwinzhi lwa u tou kalula, hu u shaya, 13
|
1.248912
|
Isi izokwuzura uruvyaro rwiwe, uruzohimbarwa no kuyiganza maze ruryohererwe ubwoko butandukanye bw'ibifise ubuzima bizoba biri kuri yo.
|
Ḽifhasi ḽi ḓo ḓala nga vhana vhawe, vhane vha ḓo takalela u ḽi ṱhogomela na u ḓiphina nga vhunzhi ha zwithu zwaḽo zwi tshilaho.
|
1.248911
|
Mu nyuma, nararonse akazi muri Texas.
|
Nga u ya ha tshifhinga, ndo mbo ḓi wana mushumo ngei Texas.
|
1.248905
|
Ni Imana y'ubwizigirwa, itagira akarenganyo; ni we agororotse kandi atunganye." - Gus.
|
Xikwembu xa vutshembeki, lexi nga riki na vuhomboloki; xi ni vululami naswona xi hava xisandzu." - Det.
|
1.248874
|
22 Mwebwe musenga ico mutazi; tweho dusenga ico tuzi, kuko agakiza gaturuka mu Bayuda.
|
22 Mi gandzela lexi mi nga xi tiviki;+ hina hi gandzela lexi hi xi tivaka, hikuva ku ponisiwa ku huma eka Vayuda.+
|
1.248874
|
Imana yashize umugabo wa mbere Adamu mw'itongo ry'i Edeni, aho hakaba hari mw'Iparadizo yo kw'isi yuzuyemwo ibikoko n'ibimera bibereye ijisho.
|
Mudzimu o vhea muthu wa u thoma Adamu tsimuni ya Edeni, paradisoni ya kha ḽifhasi yo ḓalaho zwipuka zwa ḓaka na zwimela zwavhuḓi.
|
1.248868
|
Ariko atamumenye, avyara umwana w'umuhungu, amwita Yezu.
|
Kambe a nga n'wi tivanga ku ko ku velekiwa n'wana wa mufana, kutani a n'wi thya vito ra Yesu.
|
1.248862
|
Imana izosubira gutikiza ababisha maze irokore abantu beza.
|
Mudzimu u ḓo dovha a fhelisa vhavhi nahone a tshidza vhathu vhavhuḓi.
|
1.248839
|
Ni kubera iki bihambaye kumenya ivyerekeye Yezu? - Yohani 17:3.
|
Ndi ngani zwi zwa ndeme u ḓivha nga Yesu? - Yohane 17:3.
|
1.248835
|
" Ubu turaronka agafaranga.
|
"Sweswi xiyimo xa hina xa timali xa antswa.
|
1.248833
|
Kuki abavyeyi banje batandeka ngo niryohere?
|
Ha Yini Vatswari Va Mina Va Nga Lavi Leswaku Ndzi Tiphina?
|
1.248811
|
Mukore ivyiza mu maso y'abantu bose.
|
Ringetani ku endla leswi vanhu hinkwavo va swi vonaka swi ri leswo saseka.
|
1.248783
|
I Hemsworth, inyuma y'ubugeni bwacu mu 1949
|
Hi ri eHemsworth endzhaku ka micato wa hina hi 1949
|
1.24877
|
'Nugende wisunga ukwizera, ntiwisunge ibiboneka'
|
"Famba Hi Ripfumelo, Ku Nga Ri Hi Ku Vona"
|
Rundi-Tsonga_Sentence-Pairs Dataset
This dataset contains sentence pairs for African languages along with similarity scores. It can be used for machine translation, sentence alignment, or other natural language processing tasks.
This dataset is based on the NLLBv1 dataset, published on OPUS under an open-source initiative led by META. You can find more information here: OPUS - NLLB-v1
Metadata
- File Name: Rundi-Tsonga_Sentence-Pairs
- Number of Rows: 283463
- Number of Columns: 3
- Columns: score, Rundi, Tsonga
Dataset Description
The dataset contains sentence pairs in African languages with an associated similarity score. Each row consists of three columns:
score: The similarity score between the two sentences (range from 0 to 1).Rundi: The first sentence in the pair (language 1).Tsonga: The second sentence in the pair (language 2).
This dataset is intended for use in training and evaluating machine learning models for tasks like translation, sentence similarity, and cross-lingual transfer learning.
References
Below are papers related to how the data was collected and used in various multilingual and cross-lingual applications:
[1] Holger Schwenk and Matthijs Douze, Learning Joint Multilingual Sentence Representations with Neural Machine Translation, ACL workshop on Representation Learning for NLP, 2017
[2] Holger Schwenk and Xian Li, A Corpus for Multilingual Document Classification in Eight Languages, LREC, pages 3548-3551, 2018.
[3] Holger Schwenk, Filtering and Mining Parallel Data in a Joint Multilingual Space ACL, July 2018
[4] Alexis Conneau, Guillaume Lample, Ruty Rinott, Adina Williams, Samuel R. Bowman, Holger Schwenk and Veselin Stoyanov, XNLI: Cross-lingual Sentence Understanding through Inference, EMNLP, 2018.
[5] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Margin-based Parallel Corpus Mining with Multilingual Sentence Embeddings arXiv, Nov 3 2018.
[6] Mikel Artetxe and Holger Schwenk, Massively Multilingual Sentence Embeddings for Zero-Shot Cross-Lingual Transfer and Beyond arXiv, Dec 26 2018.
[7] Holger Schwenk, Vishrav Chaudhary, Shuo Sun, Hongyu Gong and Paco Guzman, WikiMatrix: Mining 135M Parallel Sentences in 1620 Language Pairs from Wikipedia arXiv, July 11 2019.
[8] Holger Schwenk, Guillaume Wenzek, Sergey Edunov, Edouard Grave and Armand Joulin CCMatrix: Mining Billions of High-Quality Parallel Sentences on the WEB
[9] Paul-Ambroise Duquenne, Hongyu Gong, Holger Schwenk, Multimodal and Multilingual Embeddings for Large-Scale Speech Mining, NeurIPS 2021, pages 15748-15761.
[10] Kevin Heffernan, Onur Celebi, and Holger Schwenk, Bitext Mining Using Distilled Sentence Representations for Low-Resource Languages
- Downloads last month
- 17